BAL 2023: Amakipe yose azakina imikino ya nyuma yamaze kumenyekana

Kuva taliki 26 Mata kugeza 06 Gicurasi 2023 i Cairo mu Misiri habereye imikino y’amajonjora yo mu itsinda B “Nile Conference”  mu  mikino y’Afurika “Basketball Africa League (BAL 2023)”. Nyuma y’iyi mikino, ikipe ya  Petro de Luanda (Angola), Al Ahly (Egypt), CFV Beira (Mozambique) na  Cape Town Tigers (South Africa) yabonye itike yo kuzakina imikino … Continue reading BAL 2023: Amakipe yose azakina imikino ya nyuma yamaze kumenyekana